''Ni izina ry'Imana nkeneye uwomfasha,'' bivugwa bukebuke n'umugabo ari ku yindi mpera y'umurongo. Uwo munya-Ethiopia, yiyita Mike, avuga ko ari kumwe n'abandi bantu 450 mu nyubakwa imbere muri ...